Ururimi rwa mbere rwo gutegeka mu Kirundi rwubakiye kuri JavaScript. The first Kirundi-based programming language built on top of JavaScript.
-
Kirundi Syntax: Code using natural Kirundi keywords like
burafashe,akamaro, andnyimba. -
Translated Errors:Ronka inyishu zogu kosora itegeka mukirundi [Get debugging feedback in Kirundi (e.g.,
ni ya vuzweko).] -
Global Command: Shira mungiro utudokima twitegeka harihohose n'i saba
rundijs[Run your scripts anywhere with therundijscommand.] -
Built-in Methods: Ugushigikirwa kwu twegeranyo (
.sunika), ijambo (.muNdomeNkuru),ni biharuro [Direct support for arrays (.sunika), strings (.muNdomeNkuru), and math.]
📚 Uturorero (Examples)
-
Variabule no kwandika [Variables & Printing]
burafashe izina = "Yannick"; andika("Muraho " + izina); -
utwegeranije nisubiramwogikorwa [Arrays and loop] burafashe abantu = ["Alain", "Gael"]; abantu.sunika("RundiJS");
abantu.kuriVyose((umuntu) => { andika("Kaze neza " + umuntu.muNdomeNkuru()); });
- Ibiharuro ni tariki [Math & Date] andika("Ubu ni: " + itariki.ubu()); andika("Igiharuro: " + Igiharuro.kijecose());
Gutahuza kwabuke burafashe : ukoresha iyitegekajambo muguha insiguro yi jambo imashini ariko ugasubira ugashobora kuri hindura. akarorero, [burafashe izina = "lilas"], urahobora munyuma ugategeka imashini ati [izina = "ishimwe"].
fatako : ukoresha iyitegekajambo muguha insiguro yi jambo imashini ariko bidahinduka, akarorero urategeka imashini ati [fatako indamuso = "mwiriwe"], uyi bajije yandike indamutsoo ikubwira mwiriwe,, ariko ubwiye imashini kandi ngo ihindure indamuso nikwemerera kirese urifuse iryo tegeka.
akamaro : ukoresha iyitegekajambo yu shatse guha akamaro ijambo kugira igikorwa runaka rishirwe mungiro. Akarorero [akamaro (idoge)={andika ("Ewe shahu Burundi")}] iyo ubwiye imashini akokamaro ati [(idoge)] ica isohora [Ewe shahu Burundi]
nyimba : ukoresha iyitegekajambo yu shatse gubwira imashini irabe ingiro canke ibintu runaka . akarorero [nyimba(imyaka = 18){andika("urakuze kibondo")}nyimbaKandi(ubwanaBuriko = ukuri){andika("raba urongore sha")}ataruko{andika("uracari umwana")}]
andika : ukoresha iyitegekajambo yu shatse gutegeka imashini yandike ico ushase .
sunika : ukoresha iyitegekajambo yu shatse gutegeka imashini yongereze ijambo mwutwegeranije .
uburebure : ukoresha iyitegekajambo yu shatse gutegeka imashini iharure amajambo ari mutwegeranije.
MUSOMYI MUKUNDWA MENYAKO RUNDIJS ITAGIZWE GUSA NIZOTEGEKAJAMBORIRIHEJURU GUSA ifashishe test.rjs muga karato ka examples urabe na dictionary.js ugire ubushakashatsi
Utegereze kuba ufise Node.js yanditswe mu mashini yawe.
# Raba ko ufise dosiye
git clone [https://github.com/:Lilaschromish/RundiJS.git](https://github.com/Lilaschromish/RundiJS.git)
cd RundiJS
# Shiramu ivyi ikoresha
npm install
# Yishire mu mashini yose (Global Link)
npm link
CONTRIBUTION: burimuntu wese arahawe ikaze muguterera kuri Github kugira afashe iterambere ryitegeka mashini vyimirije kworohereza abiga turonke amasolution aramvye, vyanditswe na ISHIMWE LILAS kwubwurukundo gwikirimi cuburundi
Developed with ❤️ in Burundi.